www.assemblee.bi Facebook: Inama nshingamateka www.flickr.com/inamanshingamateka twetter:@nshingamateka N° 8 - 2017 INAMA NSHINGAMATEKA Y’UBURUNDI

INAMA NSHINGAMATEKA Gisohoka rimwe mu kwezi REPUBULIKA Y’UBURUNDI Umukuruw'InamaNshingamatekayararanguriyeibikorwarusangi muri zone ya Ruce

umukuru w'Inama Nshingamateka yaratanze imfashanyo Icegera ca mbere c'Umukuruw'Inama Nshingamateka Inama Nshingamateka na Nkenguzamateka yatanze imfashanyo y'ibifungurwa kubahuna bahuye n'uruzuba mu ntara ya kirundo. ku miryango y'i gihanga igeramiwe n'inzara. yaritavye uruganda rwateguwe na kaminuza y'i Ngozi. Soma kurupapuro rwa 8 Soma kurupapuro rwa 11 Soma kurupapuro rwa 12

Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 Abashingamateka b’ ikiringo ca 2015 -2020

Très Hon. Pascal Nyabenda Umukuru w’ Inama Nshingamateka -Hutu-CNDD-FDD Hon. Agathon Rwasa Hon. Jocky Chantal Nkurunziza Icegera ca mbere c’ Umukuru w’ Inama Nshingamateka Icegera ca kabiri c’ Umukuru w’ Inama Nshingamateka Ngozi- Hutu-MizeroY’Abarundi Ruyigi-Tutsi-CNDD-FDD

Hon. Gloriose AHISHAKIYE Hon. Asha KHALFAN Hon .Fabien BANCIRYANINO Hon. Adolphe BANYIKWA Hon. Chantal BARAMPAMA Ngozi-Hutu-CNDD-FDD Kayanza -Tutsi- Mizero Bubanza - Tutsi- Mizero Bujumbura - Hutu- Mizero Bujumbura - Tutsi y’Abarundi y’Abarundi y’Abarundi CNDD-FDD

Hon. Josélyne BARANYANKA Hon. Jacqueline BARANYIZIGIYE Hon. Evole P. BASHINGWA Hon. Domitien BAVAKURE Hon. Rémegie BAZIRAHOMPONYOYE Muyinga - Tutsi-CNDD-FDD Cankuzo - Hutu-CNDD-FDD Mairie - Hutu-CNDD-FDD Karusi - Hutu-CNDD-FDD Muramvya - Hutu-CNDD-FDD

Hon. Simon BIZIMUNGU Hon. Pascal BIZUMUREMYI Hon. Ildephonse BIGIRINDAVYI Hon. Renate BUKURU Hon. Jérôme BIKORIMANA Cibitoke - Hutu Mizero Ruyigi - Hutu-Mizero Muramvya - Tutsi-CNDD-FDD Ruyigi- Hutu-CNDD-FDD Bururi-Hutu-CNDD-FDD y’Abarundi y’Abarundi Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 ABASHINGAMATEKA B’ IKIRINGO CA 2015 - 2020 1

Hon. Victor BURIKUKIYE Hon. Spéciose CIMPAYE Hon. Angèle CIZA Hon. Claver COYITUNGIYE Hon. Fleurette DUKUNDANE Muyinga-Hutu-CNDD-FDD Muramvya - Tutsi-CNDD-FDD Kirundo- Tutsi- Mizero Karusi - Hutu-Mizero Muyinga - Tutsi-CNDD-FDD y’Abarundi y’Abarundi

Hon. Léopold HAKIZIMANA Hon. Léocadie GAFURERO Hon. Séraphine GAKOBWA Hon. Odette HABONIMANA Hon. Pascal HAKIZIMANA Bubanza-Tutsi-CNDD-FDD Kayanza - Hutu-Mizero Makamba - Hutu-CNDD-FDD Rumonge - Hutu-CNDD-FDD Y’Abarundi Muyinga-Hutu-CNDD-FDD

Hon. Godeberthe HATUNGIMANA Hon. Ferdinand HAVYARIMANA Hon. Juvénal HAVYARIMANA Gitega - Tutsi-Mizero y’Abarundi Hon. Mireille INABIGENDERA Rutana - Tutsi-Mizero Hon. Vénant HATUNGIMANA Bubanza-Hutu Y’Abarundi Kayanza-Hutu CNDD-FDD Karusi - Tutsi-Mizero Y’Abarundi CNDD-FDD

Hon. Caritas IRAKOZE Hon. Lydia IRAKOZE Hon. Joséphine IRAMBONA Hon. Georges KABANGO Hon. Ange Denise KAMERE Makamba - Tutsi Mairie- Tutsi Karusi - Hutu Karusi - Hutu Muyinga-Hutu CNDD-FDD CNDD-FDD CNDD-FDD CNDD-FDD CNDD-FDD

Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi

Hon. Denis KARERA Hon. Mo-Mamo KARERWA Hon. Uziel KUBWIMANA Hon. J. Claude KWIZERA Hon. Pamphile MALAYIKA Mwaro -Tutsi- Mizero y’Abarundi Gitega-HUTU Gitega - Hutu-CNDD-FDD Cibitoke-Hutu-CNDD-FDD Muyinga- Hutu-Mizero CNDD-FDD Y’Abarundi Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 2 ABASHINGAMATEKA B’ IKIRINGO CA 2015 - 2020

Hon. Térence MANIRAMBONA Hon. Sauda MBONEKO Hon. Noé MBONIGABA Hon. François MBONIHANKUYE Hon. Pascasie MANIRAKIZA Gitega - Hutu-Mizero Bujumbura - Hutu-CNDD-FDD Ruyigi-Hutu-Mizero Karusi - Hutu-CNDD-FDD Ngozi-Tutsi-CNDD-FDD Y’Abarundi Y’Abarundi

Hon. Adolphe MBONIMPA Hon. Gilbert MBONINYIBUKA Hon. Amedée MISAGO Hon. François MPITABAVUMA Kirundo - Tutsi-CNDD-FDD Makamba-Hutu-CNDD-FDD Muyinga - Hutu Muyinga - Hutu Hon. Xavière MUHIMPUNDU CNDD-FDD CNDD-FDD Karusi - Tutsi CNDD-FDD

Hon. Jean Bosco MUHUNGU Rutana - Tutsi Hon. Léonidas MUKESHIMANA CNDD-FDD Rumonge-Hutu Hon. Euphrasie MUTEZINKA Hon. Lazare MVUYEKURE Hon. Persille MWIDOGO CNDD-FDD Kirundo-Tutsi Gitega-Hutu Ngozi-Tutsi Mizero y’Abarundi CNDD-FDD CNDD-FDD

Hon. Claude NAHAYO Hon. Immaculée NAHAYO Hon. Gélase NDABIRABE Hon. Canesius NDAYIMANISHA Ngozi-Hutu Kayanza - Hutu Kayanza-Hutu Hon. Zénon NDARUVUKANYE Kayanza - Hutu CNDD-FDD CNDD-FDD CNDD-FDD Bujumbura - HUTU CNDD-FDD CNDD-FDD

Hon. Juvenal NDAYIRAGIJE Hon. Bernard NDAYISENGA Hon. André NDAYIZAMBA Hon. Gloriose NDAYIZEYE Rutana - Hutu Mairie - Hutu-Mizero Hon. Emmanuel NDAYISHIMIYE Bururi-Tutsi Gitega- Hutu CNDD-FDD Y’Abarundi Bururi - Hutu-Mizero y’Abarundi UPRONA CNDD-FDD

Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 ABASHINGAMATEKA B’ IKIRINGO CA 2015 - 2020 3

Hon. Dévote NDUWIMANA Hon. Déogratias NDUWIMANA Hon. P.Célestin NDIKUMANA Hon. Gilbert NDUWAYO Kirundo - Tutsi-CNDD-FDD Ngozi - Hutu-CNDD-FDD Hon. Angele NDIHOKUBWAYO Bujumbura-Hutu-Mizero Makamba-Hutu Bururi - Tutsi Y’Abarundi CNDD-FDD CNDD-FDD

Hon. Rénovat NDUWUMWAMI Hon. Anglebert NGENDABANKA Hon. Ladislas NINDEREYE Hon. Gloriose NIMENYA Muramvya - Tutsi- Mizero y’Abarundi Makamba - Hutu-Mizero Cankuzo - Hutu-CNDD-FDD Hon. Egide NGERAGEZE Rumonge-Tutsi Y’Abarundi Ruyigi - Hutu-CNDD-FDD UPRONA

Hon. Godelieve NININAHAZWE Hon. Felix NIRAGIRA Hon. Justin NIYOBUHUNGIRO Hon. Justine NIYONGABO Hon. Lewis NIYONGABO Mwaro - Hutu-CNDD-FDD Ngozi- Tutsi-CNDD-FDD Cibitoke - Hutu-CNDD-FDD Cankuzo - Tutsi-CNDD-FDD Mairie - Tutsi-CNDD-FDD

Hon. Constantin NIYONZIMA Hon. Salvator NIYUKURI Hon. Emmanuel NKUNZIMANA Hon. Gloriose NIYONSENGA Hon. Claude NKUNZIMANA Ngozi - Hutu-CNDD-FDD Rutana-Hutu-CNDD-FDD Bujumbura - Hutu-CNDD-FDD Kirundo - Hutu-CNDD-FDD Ruyigi- Tutsi-CNDD-FDD

Hon. Olive NKUNZIMANA Hon. Georges NSHIMIRIMANA Hon. M. Jeanne NTAGAHORAHO Hon. Apolinaire NTAHIMPERA Ngozi -Tutsi- Mizero y’Abarundi Gitega - Hutu-CNDD-FDD Hon. M. Chantal NSHIMIRIMANA Gitega - Tutsi-CNDD-FDD Ngozi- Twa Muramvya- Hutu-CNDD-FDD Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 4 ABASHINGABASHINGAMAAMATEKATEKA IKIRINGO B’ IKIRINGO CA 20CA1 205 1- 52020 - 2020

Hon. Obed NTAKIYIRUTA Hon. Adolphe NTAHONDEREYE Hon. Aloys NTAKIRUTIMANA Rumonge - Hutu-Mizero Hon. Emmanuel NTEZUKOBAGIRA Hon. Ruth NTIBASHAKWA Mairie - Twa Cibitoke-Tutsi-CNDD-FDD Y’Abarundi Bururi - Hutu-CNDD-FDD Cibitoke - Hutu-NDD-FDD

Hon. Gaudence NTIRANDEKURA Hon. Gregoire NTIMPIRANGEZA Hon. Gabriel NTISEZERANA Hon. Adrien NYANDWI Hon. Claire NYANDWI Mwaro - Tutsi-Mizero Gitega - Hutu-CNDD-FDD Bubanza-Hutu-CNDD-FDD Kayanza - Tutsi-CNDD-FDD Makamba - Tutsi-Mizero Y’Abarundi Y’Abarundi

Hon. Consolate NZIGAMISONI Hon. Nestor NZEYIMANA Hon. Séraphine NZEYIMANA Hon. Révérien NZIGAMASABO Hon. J. Baptiste NZIGAMASABO Cibitoke - Tutsi-Mizero Kirundo-Hutu-CNDD-FDD Rumonge - Tutsi-CNDD-FDD Kirundo-Hutu-CNDD-FDD Kirundo-Hutu-CNDD-FDD Y’Abarundi

Hon. Benigne RURAHINDA Hon. James SAMAGORWA Hon. Eric SINDAYIGAYA Hon. Sylvestre SINDAYIHEBURA Hon. J. Pierre SINZINKAYO Mairie-Hutu-CNDD-FDD Cibitoke-Hutu-CNDD-FDD Mairie-Hutu-CNDD-FDD Gitega - Tutsi-CNDD-FDD Bujumbura-Tutsi-CNDD-FDD

Hon. Vincent SUKUNOBA Hon. Anicet TUYAGA Hon. Ibrahim UWIZEYE Hon. Léocadie YAMUREMYE Gitega - Twa Mwaro - hutu-CNDD-FDD Muyinga - Tutsi-CNDD-FDD Kirundo - Tutsi-CNDD-FDD Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 INGENDO HAGATI MU GIHUGU 5 UMUKURU W'INAMA NSHINGAMATEKA YARARANGURIYE IBIKORWA RUSANGI MURI ZONE YA RUCE Ku musi wa kabiri, igenekerezo rya 3 Nzero uyu mwaka, n'abajejwe intwaro. Umukuru w'Inama Nshingamateka Nyakwubahwa Pascal Mw'ijambo yashikirije, Umukuru w'Inama Nshingamateka NYABENDA, yararanguriye ibikorwa rusangi muri zone Ruce Nyakwubahwa Pascal NYABENDA, yamenyesheje ko yaje iri muri komine Rugazi kubaramutsa nk'uwo mu ntara ya Bubanza. bitoreye, kuko hari Ivyo bikorwa bikaba haciye igihe ataza, ati vyari ivyo guterura rero ni urugendo amabuye, bayegereza ku rwambere agize mu kiraro c'uruzi Kagogo rukurikirane rw'izindi cabomowe kuruhande azogira muri iki gihe rwo musi n'imvura c ' u b u r u h u k o nyinshi yaguye muri iyo bw'Abashingamateka zone. Ayo mabuye akaba bwatanguye kuva a r i y o a z o k o r a m u kw'igenekerezorya 30 k u d u z a i n k i n g i Kigarama 2016. zizoshigikira ico kiraro. Ati uburuhuko ni igihe Ivyo bikorwa rusangi c i z a bikaba kandi vyari kubashingamateka co v y i t a b w e k u g e n d e r a n'Abashingamateka a b e n e g i h u g u batowe mu ntara ya Bubanza hamwe n'imvukira z'iyo ntara. babatoye.Akaba yaragarutse kumategeko yatowe n'Inama Mw'ijambo ry'ikaze, Musitanteri wa komine Rugazi Sylvie Nshingamateka mu kiringo kirangiye ca Gitugutu muriyo NIZIGAMA, yamenyesheje ko ikomine arongoye itekanye, akaba yagarutse kuri rimwe rikura Uburundi mu masezerano y'i kandi ko abenegihugu bari kukivi, bakarangura imirimo yabo Roma ashiraho Sentare Mpuzamakungu Mpanavyaha. itandukanye ata nkomanzi. Akaba yasavye abenegihugu bo mu Ruce kuguma bafatanye Akaba yamenyesheje kandi ko muri zone ya Ruce, ibiti vyinshi mu nda no kureka kwumviriza ubutumwa bubahamagarira biriko biraterwa ku mitumba ihanamye kandi ko abenegihugu gucanamwo buca ku maradiyo n'ibinyamakuru bimwe bimwe, bariko barijukira cane igiterwa c'ikawa. Ati ubu ikiri ko ati abansi b'Uburundi baragerageje kuducanishamwo ati kandi k i r a k o r w a c a n e , n i gushika ubu vyarabananiye. ukurwanya inzoga zitemewe I k i n d i y a g a r u t s e k o n'amategeko,muri zone ya n ’ivyerekeye ubutunzi Ruce zikaba zarabica bw'igihugu aho abahora bigacika ariko ubu ngo kuva badufasha bakuyemwo aho abajejwe intwaro akarenge ubu bigasaba ko babishiriyemwo inguvu, ubu t w i b a n a k o , a b a s a b a izo nzoga ziriko riragabanuka gushigikira ishirahamwe cane. OBR mu gutanga amakori M u s i t a n t e r i S y l v i e n'amatagisi hamwe no NIZIGAMA yabandanije gutunga avuga ko imvura nyinshi u r u t o k e k u b a n y o n o r a yaguye mu ntango z'ukwezi amatungo ya Leta. kwa Gitugutu yatwaye ibitegwa cane cane ivyo mu Ku vyerekeye naho inzoga mwonga igasiga abenegihugu mu kangaratete. zitemewe n'amategeko, Nyakwubahwa Pascal NYABENDA yabasavye kuvavanura n'izo nzoga atakindi zibazanira atari Nayo Bulamatari w'intara ya Bubanza Tharcisse kubononera amagara bigaca bituma bataronka inguvu NIYONGABO, yamenyesheje ko ikiyaya c'imbo cane cane zogukora ngo bateze imbere imiryango yabo. Akaba muri komine Gihanga, ciziziwe n'uruzuba, ati imvura ntiyigeze yabahamagariye kwitaho ibikorwa vy'iterambere, agaruka kuri igwa, bikaba vyatumye ibitegwa vyuma, ati abenegihugu wa mugambi wo kwiyubakira amasoko kijambere, ati n'isoko barageramiwe n'inzara bakaba batanguye gufatwa n'indwara ya Ruce igiye kwubakwa, abasaba ko boterera amaboko yabo. zogufungura nabi. Akaba kandi yarongeye gusaba abajejwe intwaro muri komine Akaba yongeye kandi arashimira abajejwe intwaro muri zone Rugazi ko boraba bagatangura wa mugambi wo kwiyubakira ya Ruce ku kungene iyo zone yitunganije cane, agatanga inzu y'amanama. Nayo kur ’ivyo bikorwa vyo kwubaka ico akarorero ka hafi;aho ishirahamwe ry ’abahoze ku rugamba ryo kiraro ca Kagogo,Nyakwubahwa Pascal NYABENDA akaba mu Ruce, riheruka kwiyubakira inyubakwa ku mafaranga yaciye abemerera kubaterera imifuko 30 y'isima. y'amarundi arenga imiliyoni 30. Akaba kandi yarongeye arashima imigenderanire myiza hagati ya Ekleziya Gatolika Arlette AKIMANA

Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 6 INGENDO HAGATI MU GIHUGU UMUKURU W'INAMA NSHINGAMATEKA YARATANZE IMFASHANYO KU MIRYANGO Y'I GIHANGA IGERAMIWE N'INZARA. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 21 Nzero 2017, vy'uruzuba,bige ingene bazohora bavomera imirima yabo Umukuru w'Inama Nshingamateka Nyakwubahwa Pascal bakoresheje amazi y 'inzuzi. Ikindi yabasavye n ’ukwitaho N Y A B E N D A , kurima imboga zo zama yaragendeye komine n ' i n g o g a . A k a b a Gihanga yo mu ntara ya yabasavye gushigikirana Bubanza. Akaba yagiye hagati yabo, asaba a h e r e k e j w e abifise gusumba abandi n ' A b a s h i n g a m a t e k a bafashe ababanyi babo batowe muri iyo ntara bakenye,nk'uko vyamye hamwe n'imvukira. Ari biba mu Barundi kuva kumwe n'abenegihugu b'i kera iyo hateye inzara. Buringa, Nyakwubahwa Nyakwubahwa Pascal P a s c a l N YA B E N D A N Y A B E N D A yararanguriye ibikorwa yaragarutse kandi kuri za rusangi kw'ishure shingiro ngingo zafatwa ku rya ya 2 mu B u r u n d i n ' I n a m a ca kane. Ivyo bikorwa N s h i n g a m a t e k a bikaba vyari ivyo kuvanga umusenyi, isima hamwe y'ibihugu vya Buraya kuwa 19 Nzero 2017. Akaba n'urucekeri kugira bategure ibeto yo gusasa mu masomero yarabeshuje ibivugwa muri izo ngingo ku Burundi, yongera atatu ariko arubakwa kuri iryo shure. Mw'ijambo ry'ikaze, ariyamiriza izo ngingo ata kindi ziba zigamije atari musitanteri wa komine Gihanga Léopold NDAYISABA, ugucafuza igihugu c'Uburundi n'inzego zikirongoye yamenyesheje ko ikomine arongoye itekanye mu bijanye zitorewe n'abenegihugu. Ati mbega baturonderako iki ko n'amahoro n'umutekano, ingorane nyamukuru ni inzara atari ubwa mbere bashatse kuducanishamwo ariko igeramiye abenegihugu mu gihe ata na kimwe bashoboye vyabananiye. Ati igitangaje n'uko babikora batabanje no kwimbura kuko imvura itigeze igwa muri iyo komine, kuvugana n'Inama Nshingamateka na Nkenguzamateka ibitegwa bikaba vyarumye. z'Uburundi kugira ngo nabo bagire ico babivuzeko

Musitanteri wa komine Gihanga akaba kandi yarakeje nk'abaserukira abeneBurundi. Aca amenyesha ko Inama abenegihugu bariko barategera ingaruka mbi zo kunywa Nshinhamateka na Nkenguzamateka z'Uburundi nazo inzoga zitemewe n'amategeko intambwe nini ikaba zasohoye itangazo ziyamiriza iyo nyifato. Inyuma y'ivyo yaratewe mu kurwanya ivyo binyobwa. bikorwa rusangi, Umukuru w'Inama Nshingamateka akaba Mw'ijambo yashikirije, Umukuru w'Inama Nshingamateka yaciye aja muri segiteri Rugunga iri ngaho nyene muri Nyakwubahwa Pascal NYABENDA,yamenyesheje ko ari komine Gihanga mu masite y'abataye izabo ya ya akaryo keza ku Bashingamateka ko kugendera abenegihugu mbere na Muyange ya kabiri aho yatanze imfashanyo muri buno buruhuko bw'ukwezi kwa mbere. Agarutse rero y'ibifungurwa ku miryango igeramiwe n'inzara gusumba ku bihe vy'inzara ikomine ya Gihanga iriko iracamwo, iyindi. Vyose hamwe, akaba yabahaye amatoni abiri Nyakwubahwa Pascal NYABENDA yarabijeje ko Inama y'ibiharage n'amatoni abiri y'umuceri. Umukuru w'Inama Nshingamateka izobama hafi kandi ko ataco izokora kugira Nshingamateka akaba yabamenyesheje ko abataronse ngo igume ibashigikira. Akaba yarabahaye impanuro ati batokwihebura kuko nabo nyene Inama Nshingamateka ihindagurika ry'ibihe iyo rishitse, abantu bategerezwa itabibagiye abemerera ko agiye kugaruka vuba abazaniye kumenya ingene baca babaho, ati no mu bihugu vya Buraya izindi mfashanyo. babaho bisunga ihindagurika ry'ibihe, ati rero mu bihe Arlette AKIMANA

Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 INGENDO MU MAHANGA 7 UMUKURU W'INAMA NSHINGAMATEKA MU BIKOGWA RUSANGI MURI KOMINE YA M u b u r u h u k o b a r i m w o , A b a s h i n g a m a t e k a Nyakubahwa Pascal NYABENDA yaciye abasigurira n'Abakenguzamateka harimwo n'Umukuru w'Inama ingene Abashingamateka n'Abakenguzamateka bakora. Nshingamateka batowe mu Ntara ya Bubanza Ati iyo mutatubonye ngaha si ukuvugako tuba barifadikanije t w a b a h e v y e . n'abenegihugu bo N y a k u b a h w a muri Komine P a s c a l M u s i g a t i m u N YA B E N D A bikogwa rusangi. y a c i y e Mu bikogwa vyo abamenyesha ko kuwa gatandatu b a f i s e i y i n d i igenekerezo 14 m i r i m o n k o Nzero Umwaka g u t o r a 2017 bacanga a m a t e g e k o p isima n'urukeceri mashasha hamwe v y o k u b a k a no guhinyanyura u m u s h i n g e ayandi mategeko w ' i n z u yahahora. y ' a m a n a m a , Mw'ijambo ryiwe ihoteri hamwe k a n d i k u n'inzu y'ubuhinga banyagihugu bo bwanone vya Paruwase ya Musigati. Baregereje kandi muri Komine Musigati yaragarutse ku nzara ivugwa mu amatafari bayakura aho yatuririwe bayajana ahazubakwa bice bimwe bimwe vy'Intara ya Bubanza. izo nyubakwa. Ikomine ya Musigati rero gushika ubu nta nzu y'amanama Kubijanye n'ibiganiro bihuza abarundi, Umukuru w'Inama canke ihoteri yarifise ngo zikaba zari inzitizi Nshingamateka yavuzeko ivyavuyemwo ari vyiza ngo kw'iterambere nkuko Musitanteri w'iyo komine yabivuze. hasigayeko ivyasabwe n'abenegihugu murivyo biganiro Bulamatari w'Intara ya Bubanza Tharcisse NIYONGABO bishigwa mu ngiro. Ivyo biganiro rero bitegerezwa akaba yamenyeshejeko intara yose itekanye uretse ibice gufasha mw'itegugwa ry'amatora yo muri 2020. bimwe bimwe hibonekezamwo inzara yatewe n'uruzuba

rwinshi rwatse bituma imirima yuma. Akarorero yatanze Mu guheraheza yateye akamo abahungiye hanze y'igihugu n'ako mu Kigwati co Kumuyange muri Komine Gihanga harimwo n'abanyepolitike gutaha mu gihugu aho abantu batatu bamaze kwitaba Imana bivuye kuriyo c'amavukiro. Ariko ngo abakurikiranwa n'ubutungane nzara. Ariko rero ngo hari ibindi bice vy'intara baronse bategerezwa gukurikiranwa n'ubutungane. umwimbu mwiza. Mw'ijambo yashikirije abenegihugu bo Inyuma y'ibikogwa rusangi, Umukuru w'Inama muri Komine Musigati, Umukuru w'Inama Nshingamateka Nyakubahwa Pascal NYABENDA yaciye Nshingamateka Nyakubahwa Pascal NYABENDA aja mu musi mukuru wo kwipfurizanya umwaka mushasha yarabashimiye kuba bitavye ivyo bikogwa ari benshi ngo n'imvukira z'intara ya Bubanza. kuko ninavyo soko ry'iterambere. Izo nyubakwa ngo ziriko zirubakwa zizotuma haba iterambere mw'ikomine hamwe Florine MUKESHIMANA n'intara mbere ngo n'igihugu cose.

Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 8 INKINO MU MURYANGO WA AFRIKA Y ’UBUSERUKO UMUKURU W'INAMA NSHINGAMATEKA KUMWE N'ABAKRISTU BO MURI PARUWASE YA MUSIGATI u w ’Imana genekerezo rya 15 Nzero umwaka NYABENDA yashimikiye ubwa mbere ku nyigisho w'2017, Nyakubahwa Pascal NYABENDA ari bumvise mw'ijambo ry'Imana hanyuma aca abatekerera Kkumwe n'umutambukanyi wiwe, abatowe mu ntara impanuro. Yavuzeko abakristu ari umunyu n'umuco vy ’isi. ya Bubanza hamwe na Ubwakabiri yaciye Bulamatari w'iyo ntara ashimikira ku ruhara b a r i f a d i k a n i j e i n g o z o g i r a n'abakristu bo kuri iyo mw'iterambere ry'ingo paruwase mu gisabisho. n'imiryango n'igihugu Mu nsiguro y'inkuka muri rusangi. Kubwiwe y'imisa Patiri Mukuru rero, inzitizi nyamukuru wa Paruwase Musigati y ' i t e r a m b e r e m u G e o r g e s miryango n'uko hakora N D A G I J I M A N A a b a n t u b a k e yashimikiye kw'ijambo hagafungura benshi. ry'Imana ryasomwe mu Aho rero Nyakubahwa gisomwa ca kabiri Pascal NYABENDA canditswe na Paulo Umukuru w'Inama mweranda aho avuga Nshingamateka yaciye indamutso y'amahoro. a h a i m p a n u r o Patiri Georges Ndagijimana yasomye misa ati imico urwaruka. Yabahanuye ko bofasha abavyeyi mu bikogwa yaratitutse abarundi basigaye bataramukanya amahoro vyo mu mirima kuko ibikogwa vyo mirima ntabwo vyica ahubwo bahana ibinoko. Yarashimikiye kandi no ku impamyabushobozi baba bararonse canke ngo bifute nkurunziza yanditswe na Yohani mweranda. Aho Yohani ubumenyi baronse mu mashure. Ikindi yabahanuye Umubatizi yabwira abakristu ko Yezu Umwana w'Imana n'ukwitaho ubworozi bw'ibitungwa bitobito kuko bifasha ariwe soko ry'ubugingo. mu guteza imbere itunga Mw'ijwi yumvise rivuye ry'ingo. Nyakubahwa Pascal mw'ijuru rivuga riti Nguyu N YA B E N D A U m u k u r u Umwagazi w'Imana. Ati w'Inama Nshingamateka twakire uwo Yohani Umubatizi yaciye ahimiriza urwaruka ko atubwira, tumwakire mu boreka kwishinga amaterefone mitima yacu atuzaniye ngendanwa ahubwo bagure amahoro. Ati ninaho tuzobana ivyo bitungwa bito bito koko nk ’abana b'Imana aho bibafasha kwiteza imbere. Mu kubana nk'udukoko two guheraheza, Umukuru w'Inama mw'ishamba. Inyuma y'imisa, Nshingamateka yaremereye Patiri Mukuru wa Paruwase umwambaro abaririmvyi 50 ba Musigati yarabwiye Umukuru chorale ya Paruwase Musigati w'Inama Nshingamateka muri make imigambi ya Paruwase. hamwe n'abakenyezi bari muri komite ntunganyabikogwa Yaciye aboneraho akaryo ko gusaba Nyakubahwa Pascal n'abasoma ibisomwa mw'isengero. Yemeye kandiko NYABENDA ko yobashigikira. Iyo Paruwase rero ikaba azobandanya gushigikira ibikogwa vya Paruwase. ifise abakristu barenga ibihumbi bitanu igomba kwigisha abenegihugu imigambi y'iterambere, isuku ribashikana ku magara meza. Mw'ijambo yashikirije abakristu baraho, Florine MUKESHIMANA Umukuru w'Inama Nshingamateka Nyakubahwa Pascal UMUKURU W'INAMA NSHINGAMATEKA YARITAVYE IBIRORI VYO GUSHIKIRIZA ICESE PATIRI MUKURU WA PAROISSE KARINZI IRI MU NTARA YA BUJUMBURA w'igenekerezo rya 7 Nzero uyu mwaka turimwo Le haheze amezi ane agenwe ,uri ayo mabanga na musenyeri samedi 7 janvier 2017 abakirisu bo muri paroisse wa dioseze ya Bujumbura Evariste Ngoyagoye . Umukuru KKarinzi iri muri komine Mutambu mu ntara ya w'Inama Nshingamateka Nyakwubahwa Pascal Nyabenda Bujumbura bari baramutse bashikirizwa icese patiri akaba yari yagiye kwifadikanya nabo muri ivyo birori mukuru w'iyo paruwasi,Patiri Severino Butoyi hakaba hari bidasanzwe.Ivyo birori bikaba vyari bihagarikiwe ni

Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 INGENDO HAGATI MU GIHUGU 9 Icegera ca musenyeri wa dioseze ya Bujumbura Musenyeri nyubakwa igeze kurugero rwo gusakara. Mw'ijambo Anatoli Rugerinyange. Muri iyo nkuka ya misa musenyeri ryashikirije abakirisu baraho, Umukuru w'Inama Anatole RUGERINYANGE yabanje gukora umugirwa Nshingamateka Nyakwubahwa Pascal Nyabenda katolika wo gushikiriza icese patiri mukuru mushasha wa yaragarutse kw'ijambo ry'Imana ryashikirijwe kuri uyo paruwasi Karinzi . Nkuko uyo mugirwa usanzwe musi. Yagize ati igihe cose iyo habonetse ibibazo mu bantu utegekanijwe, Patiri Butoyi c a n k e n k i y o a b a n t u Severino yagenwe ngo abe Patiri batumvikanye kuri iki canke m u k u r u w i y o p a r u w a s i , kiriya umugabekazi bikira yaragaragaje ukwemera kwiwe mariya aravyitwararika agaca imbere ya musenyeri n'abakirisu a t u b e r a u m u k a n d i z i mu gusubiramwo igisabisho ca « akabishikiriza umwana wiwze ndemeye » ,igisabisho kirimwo yezu kirisu nawe akagira ico i n g i n g o n g e n d e r w a k o z a akoze. Ikindi naco ati iyo yezu ekereziya katolika. Inyuma yivyo kirisu agize ico akoze caknke musenyeri Anatole Rugerinyange ico atanze ntatanga igice yaciye amushikiriza igitabu atanga ivyuzuye ico dusabwa ceranda ,amushikiriza nigitabo ni ukumwumvira. Afatiye kuri kirimwo amategeko canonique i y o j a m b o r y ' I m a n a yongera amuhereza n'imfunguzo z'ingoro y'Imana ,yarabaremesheje kukibazo c'urwubako barimwo ati ikimenyetso cuko abaye Patiri mukuru bwzegu bw'iyo abazoshigikira ico gikorwa c'Imana bazoza baraboneka paruwasi ya Karinzi. Muri nkuka ya misa ,musenyeri bukebuke kandi ntakekeranya ko ivyo umukama Anatole RUGERINYANDE mu nyigisho yatanze azobikora. Ati ifeza n'izahabu vyose n'Ivyimana ati yishimikije ijambo riri mu njiri nyeranda yanditswe na ntihazobura ivyo kwubaka urushengero rwayo. Umukuru yohana ;aho yezu kirisu yahinduye amazi umuvinyu w'Inama Nshingamateka Nyakwubahwa Pascal Nyabenda mugihe yari yatumiwe mu bugeni bw'ikana mu bugalile. yasavye abakirisu bo muri paruwasi ya karinzi ko Akaba yari kumwe na nyina n'intumwa ziwe ico kimenyetso haruhande y'ubutumwa barangura muri ekereziya gatolika akaba yagikoze abisabwe n'umuvyeyi wiwe bikira mariya bokwitaho kandi n'ibikirwa vy'iterambere rusangi .Ati kuko yari yabonyeko amazimano yabaheranye. Maze Yezu kwubaka amavuriro ,amashure n'amabarabara akora ibitangaza intango zose zaraho abasuku bazuzuza bizofashamw'iterambere ry'abenegihugu,abana babo amazi zihinduka umuvinyu ndetse n'urunganwe ruzokurikira uryoshe cane kuruta uwahawe .Yarongeye ati bizonateza imbere abatumire ubwambere. Musenyeri komine yabo igihugucabo ndetse Anatole RUGERINYANGE no mu karere Ntiyibagiye no akamenyeshako ivyo vyagenzuko guhanura abakirisu kubijanye no kuberako abasuku bumviye ico kugira umubano mwiza hagati umukama yezu yabasavye. Ati yabo babane amahoro kandi umukama abikiye ivyiza vyishi bongre bafashanye berekane abana b'abantu ,ati n'ahabo akarorero keza mu kibano kubirondera kuko nibo bafise nk'abakirisu. Agarutse kubijanye urufunguzo rwa vyose .igikenewe n ' u r w u b a k o b a r i m w o gusa ni ukwubaha Imana ,Nyakwubahwa umukuru w'inama ukayumvira uakurikiza amabwirizwa yayo gutyo umwana nshingamateka ,yarabaterereye imifuko mirongo itanu w'umuntu azoronka ivyiza vyose biva k'umukama. y'isima akaba kandi yamenyeshejeko igihe cose imana Uwurongoye inama nkuru ya paruwasi Rugazi izomushoboza azogerura kuvyo yamuronkeje ashigikire ico yarashingiye intahe umubano mwiza uri hagati y'abapatiri gikorwza co kwubaka ingoro y'Imana Iyo nkuka ya misa yo n'abakirisu bo kuri iyo paruwasi. Ariko rero bakaba bafise gushikiriza icese Patiri mukuru wa paruwasi karinzi bikaba ikibazo kijanye no kwubaka ingoro y'Imana iyo nyubakwa vyari vyitabwe n'imvukira z'intara ya Bujumbura ,abatowe ikaba imaze gutwara amahera agera ku miliyoni amajana muri iyo ntara ya bujumbura hamwe rero 'abagenzi biyo abiri z'amafaranga y'amarundi.Akaba yarasavye uwariwe ntara. wese afise ico yoterera kugira ngo bashobore kwuzuza iyo Providence NIKIZA UMUKURU W'INAMA NSHINGAMATEKA YARAGENDEYE IBIHUGU VY'ABARABU Muri urwo rugendo rw'akazi mu bihugu vy'abarabu kuva Amal Al-Qubaisi , arongoye Inama Nshingamateka yaho. igenekerezo rya 23 nzero 2017, Umukuru w'Inama Nyakwubahwa Pascal Nyabenda yariganiye mu nca make Nshingamateka nyakwubahwa Pascal NYABENDA ari abo bagendeye, ingene inama Nshingamateka y'Uburundi kumwe n'abo bagendanye, barabonanye n'Umupfasoni ikora , uwo Mupfasoni nawe akaba yaramubwiye uko

Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 10 INGENDO HAGATI MU GIHUGU urwego arongoye narwo rukora . Abo ba nyakubahwa Nyakwubahwa Pascal NYBENDA akaba yararonkeyeho uko ari babiri , bakaba baciye bashira igikumu ku n'akanya ko gutera akamo abagwizatunga b'abarabu masezerano y'imigenderanire hagati y'inzego barongoye kuzana imitahe yabo mu burundi canecane mu gisata . Mu kiganiro Nyakubahwa Pascal NYABENDA yahaye c'Uburimyi.

Pétronie BUCUMI

abamenyeshamakuru, yamenyesheje ko intumbero Mu gushira mu ngiro ayo masezerano y'ubucuti y'urwo rugendo ari ukugwiza abagenzi b'Inama n'imigenderanire, abo banyacubahiro uko ari babiri Nshingamateka y'Uburundi n'ukuja kurahura ubwenge b a c i y e b a s h i r a h o u m u g w i w ' u b u h i n g a mu bisata bitandukanye. Nyakubahwa Pascal w'abashingamateka uzokwiga ibisata vyoshirwa imbere NYABENDA akaba yarabahaye akarorero k'ico gihugu mu kurangura ivyo bazoba biyemeje. co mu bugaragwa ariko abenegihugu bakabandanya Muguheraheza uyo mubonano, izo ntumwa zari baronka ivyo bafungura . Abenegihugu baho bakaba zirongowe n'Umukuru w'Inama Nshingamateka batunzwe no kuvomerera, ati ariko mu Burundi, iyo y'Uburundi hamwe na nyakwubahwa Amal Al-Qubaisi i,vura itaze amezi abiri canke atatu, abenegihugi baba ugushira hamwe kw'izo nzego uko ari zibiri mu batanguye kwihebura. Iyo migenderanire rero iyo ibaye, gupfundika ingingo mu gihe c'ama nama abenegihugu b'abarundi baca bahakura ivyigwa kugira mpuzamakungu. babashe guhangana n'ibihe bigoye baba bashitsemwo. Pétronie BUCUMI

ICEGERA CA MBERE C'UMUKURUW'INAMA NSHINGAMATEKA YARITAVYE URUGANDA RWATEGUWE NA KAMINUZA Y'I NGOZI. u musi wa kane igenekerezorya 5 Nzero 2017, w'Inama Nshingamateka. Mw'ijambory'ikaze, Umuhanuzi Icegera ca Mbere c'Umukuru w'Inama mukuru wa Bulamatari w'intara ya Ngozi, yamenyesheje ko KNshingamateka Umushingamateka Agathon abajejweintwarobashimaibikorwabirangurwa na kaminuza RWASA, yaritavye uruganda rwo kwigisha amahoro y'i Ngozi, bagashima n'urworuganda yateguye rwokwigisha rwarirwateguwe na i v y e r e k e y e k u kaminuza y'i Ngozi. bungabunga amahoro. U r w o r u g a n d a Nayo Umuyobozi wa r w u g u r u w e kaminuza y'i Ngozi, n ' U m u h u z a y a m e n y e s h e j e k o w ' A b a r u n d i U b u r u n d i b w a h u y e N y a k w u b a h w a n'indyane zitarinke E d o u a r d arinaco gituma kaminuza N D U W I M A N A y'i Ngozi yiyumviriye r u k a b a r w a r i kwigisha ivyerekeye r w i t a b w e amahoro n'ubumwe. Aca n'abarongoye abandi amenyesha ko muri ivyo mu buzibutanduknye vyigwa bafashwe mu mu ntaraya Ngozi, mugongo na kaminuza y'i abigishab'amakamin Colorado muri Leta u z a a t a n d u k a n y e , Zunze Ubumwe za abanyeshure, hamwerero n'abashingamatekabatowe mu Amerika imaze kwigisha abigisha bane bakaminuza y'i ntaraya Ngozi, harimwo n'Icegera ca Mbere c'Umukuru Ngozi kuvyerekeyekubumbatiraamahoro, arinayo kandi

Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 GUTORA AMABWIRIZWA 11 yarungitse umuhinga ajekwigisha muri urworuganda. ihindagurikary'ibihe, impunzi, bigasabarero ko Mw'ijamboyashikirije, Umuhuza w'abarundi u r w a r u k a h a m w e n ' a b a h i n g a b o m u m a N y a k w u b a h w a kaminuzabagirauruhara E d o u a r d m u N D U W I M A N A , kubumbatiraamahoro. y a m e n y e s h e j e k o A c a a s a b a k o b e kwigishaamahorobiri n'izonyigishozoshigwa m u r i b i m w e m u m u b i k o r w a ntondez'ivyigwaz'ayandi n'urwegorw'Umuhuzaa makaminuza. Inyuma ricogitumayashimye y'ibikorwavyokwugurur c a n e k u b o n a k o aurworuganda, Icegera a b a h i n g a c a M b e r e m u z a k a m i n u z a c'Umukuruw'InamaNshi b a t a n g u y e ngamatekaakabayarahay kwitahokwigishakubu eikiganiroabamenyesha m b a t i r a a m a h o r o . makuruahoyashimyeico Akaba yarateyeintegekaminuza y'i Ngozi muri gikorwa ca kaminuza y'i Ngozi cokwigishaamahoro. Ati i c o g i k o r w a c ' i t e k a . A t i arafiseicizere ko izonyigishozishoboraguhinduravyinshi ubuhingabutegerezwakuzabwisungaineza y'isiyose. mu mitima y'abazozikurikira, ati kuko zizobafasha Y a r o n g e y e a t i u r w a r u k a r w o m u m a kubona uruhara rw'umwumwe mu gukomezaamahoro k a m i n u z a r w a r i r u k e n e y e c a n e n'umwumvikano ahoabaye. Akabayasavyeko be n' i z o n y i g i s h o k u k o n g o r u r a s h o b o r a k u b a ivyovyigwa vyojabiratangwa no mu mashure yisumbuye. a b a r e m e s h a a m a h o r o n k ' u k o r u s h o b o r a k u b a abayatosekaza, iyoruronseinyigishozitarizo. Arlette AKIMANA Ati ubuisiihura n'ingoranenyinshink'iterabwoba, UGUFASHANYA, UMWITWARARIKO WABATOWE

Ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 31 nzero 2017, Icegera yarasabiye uwo muryango imigisha n' imihezagiro hamwe ca mbere c'Umukuru w'Inama Nshingamateka n'amagara meza kuri ivyo bibondo. Umuryango wa Umushingamateka Agathon Rwasa yagize urugendo ku Nicodème MBONIMPA ukaba warashimiye icegera ca mutumba Butaganzwa muri komine Kiremba mu ntara ya mbere c'Umukuru w'Inama Nshingamateka kuri ako Ngozi. Intumbero y'urwo rugendo ikaba yari iyo gukeza gakemanyi yabazaniye. umuryango wibarutse ubushuri. Uwo muryango ugizwe Twobamenyesha ko muri urwo rugendo Icegera ca mbere naNicodème MBONIMPA se rugo na Léoncie NIBIGIRA c'Umukuru w'Inama Nshingamateka umushingamateka batunzwe n'umwuga wo kurima, bararonkejwe n' icegera ca Rwasa Agathon yari kumwe n'Umushingamateka Olive mbere c'Umukuru w'Inama Nshingamateka agakemanyi NKUNZIMANA hamwe n'Umushingamateka Bernard kagizwe n'ibitenge, impuzu z'abana, ubureta hamwe NDAYISENGA n'ibifungurwa :imifuko 2 y'ibiharage in'imifuko 2 Richard NDAYISENGA y'umuceri. Umushingamateka Agathon Rwasa akaba

Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 12 GUTORA AMABWIRIZWA ICEGERA CA KABIRI C'UMUKURU W'INAMA NSHINGAMATEKA YARAGIRISHIJE INAMA N'ABAKOZI BO MU BIRO VY'UMUKURU W'INAMA NSHINGAMATEKA Nk'uko bitegekanijwe n'amategeko agenga Inama nshingamateka no130/PAN/012 ryo ku wa 16 ntwarante Nshingamateka no 130/PAN/012 ryo kuwa 16 ntwarante 2016,abarongoye ibisata bitandukanye barashikirije ivyo 2 0 1 6 , i b i r o v y ' U m u k u r u bajejwe. Utugorane rero bagira w'Inama Nshingamateka nivyo mu bisata vyabo tukaba bikurikirana ibikorwa vyose vyo dutandukanye ukurikije ivyo mu mu Nama Nshingamateka. basanzwe barangura. Muri Ni muri iyo ntumbero Icegera ca make, ugukarihiriza ubwenge kabiri c'Umukuru w'Inama abakozi no kuronswa ibikoresho N s h i n g a m a t e k a , vy'akazi, niho ibibazo vyose Umushingamateka Jocky v y a s h i k i r i j w e v y a g u m a C h a n t a l bigaruka. Icegera ca kabiri NKURUNZIZA,yagirishije c ' U m u k u r u w ' I n a m a inama abakozi bo mu biro N s h i n g a m a t e k a , v y ' U m u k u r u w ' I n a m a Umushingamateka Jocky Nshingamateka,kw'igenekerezo rya 20 Nzero 2017, kugira Chantal,akaba yarishuye ko ivyo amenye ingene ivyo bisata bashikirije vyose bifise bisanzwe bitwarwa mu ishingiro. biro vy'Umukuru w'Inama Umushingamateka Jocky Nshingamateka bikora. Chantal NKURUNZIZA ati Uwo mubonano ukaba vyinshi muri ivyo vyasabwe wari uwa mbere kuva aho bisaba amafaranga atari Umushingamateka Jocky m a k e k a n d i u b u t u n z i Chantal agiriye muri ayo bw'igihugu butameze neza. mabanga. Akaba yasavye ko umwe Abasanzwe barongoye wese yoba arakoresha neza i v y o b i s a t a b a k a b a u b u r y o a f i s e k u g i r a bararonse akanya, umwe bashobore kurengera ibihe umwe, ko gusigurira abari vy'ubukene. Yaheraheje iyo muri iyo nama ivyo nama abamenyesha ko agiye basanzwe bajejwe mu gisata cabo n'utugorane bahura kubishikana imbere kugira barabe ko botorera umuti natwo ndetse n'ukurabira hamwe umuti w'izo ngorane. hamwe ibibazo bimwe bimwe vyihuta .Akaba kandi Icegera ca kabiri c'Umukuru w'Inama Nshingamateka ati, yasavye igisata cose gutegura neza mu buryo buramvuye ntivyoroshe gukurikirana ibikorwa vy'igisata kanaka utazi i v y o b a s h i k i r i j e . ico basanzwe bajejwe. Bisunze rero itegeko rigenga inama Pétronie BUCUMI INAMA NSHINGAMATEKA NA NKENGUZAMATEKA YATANZE IMFASHANYO Y'IBIFUNGURWA KUBAHUNA BAHUYE N'URUZUBA MU NTARA YA KIRUNDO. makomine atatu niyo yaragenewe izo NANKWAHOMBA, ya menyesheje ko abenegihugu mfashanyo.Trois c. Ayo nayo ni Busoni, Bugabira Ana Kirundo yibonekejemwo uruzuba rwinshi cane. Amatoni cenda yose y'umuceri n'ibiharage, umunyu,amasabuni,nivyo vyatanzwe ku miryango 45O bo muri ayo ma komine. Umuryango wose ukaba waronka ibiro 10 vy'umuceri, 10 vy'ibiharage, amasabuni, n'umunyu. Imiryango 150 kuri buri komine akaba ariyo yafashijwe. Ivyo bifungirwa vyavuye mu ntererano y'abashingamateka n'abakenguzamateka bagize impuhwe z'ukungene abo benegihuu babayeho kubera inzara yaturutse ku ruzuba muri iyi sizeni ya A. Mw'ijambo ry'ikaze, Bulamatari w'intara ya kirundo Melchior

Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 GUTORA AMABWIRIZWA 13 babayeho nabi ariko kandi ko bashimishijwe n'iyo NKURUNZIZA yaramenyesheje yuko baje kwifadikanya mfashanyo y'abo banyakubahwa abashingamateka nabo muri bibi bihe barimwo bidasanzwe. Inama n'abakenguzamateka kuri uwo N s h i n g a m a t e k a n a mutima bagize. Aha akaba Nkenguzamateka ntizari yagarutse kuntara zagiye kwirengangiza amarushwa ziregeranya imfashanyo y ' a b a n e g i h u g u n k u k o zibarungikira, eka ndetse yabandanije abimenyesha, ati n ' U m u r y a n g o w a mu bihe nkivyo abantu Nyenicubahiro Umukuru bakwiriye gufashanya aca w'Igihugu. Bulamatari atera akamo abo batashikiwe w ' i n t a r a y a K i r u n d o nivyo vyago ko bofasha yaramenyesheje yongera abanyakirundo. Icegera ca arashingamangira ingingo kabiri c'Umukuru w'inama yafashwe n'abarongozi yo nshingamateka yaranatanze k u d a s u b i r a k u g u r i s h a n'impanuro abo benegihugu. umwimbu wabo wose kubantu Yabasavye gutera ibiterwa bazoronka na dukeya bimbura.Yaranababujije gusubira vyera ningoga, ariko kandi abasaba gutera cane cane gushora uwmimbu utarera ku badandaza nkuko bahora ibiterwa birinda izuba nk'ibijumbu, imyumbati, ect.. babikora. Aca amenyesha yuko n'ingingo zikomeye nugukomeza uturima two mu gikoni aho bashobora gutera zizofatwa kuri uwo azobirengako. Mw'ijamabo ryiwe imboga n'ibindi. yashikirije abenegihugu bari aho, Icegera ca Kabiri c'Umukuru w'Inama Nshingamateka Jocky Chantal Gabby BUGAGA ICEGERA CA KABIRI C'UMUKURU W'INAMA NSHINGAMATEKA YARATUNGANIJE INAMA KU BAKOZI BA LETA BARANGURIRA IMIRIMO YABO MU NTARA YA RUYIGI. muyagankuba ukwiragiye mu makomine yose rwiwe, Buramatari w'intara ya Ruyigi yaboneyeho y'intara ya Ruyigi, kwubaka amabarabara, kumenyesha abenegihugu umugambi ugiye gushirwa mu Uibitarurwa n'amashule y'imyuga, ivyo ni vyo ngiro muminsi ya vuba werekeye kwubaka ibiro vyifuzo vy'abenegihugu bo mu ntara ya Ruyigi bashikirije vy'intara…..yasavye akigoro kuri uwariwe wese mu Icegera ca Kabiri c'Umukuru w'Inama Nshingamateka ntumbero yo kurangura uwo mugambi,narirya ivyo biro ku munsi wa gatanu, igenekerezo rya 13 Nzero 2017. Hari ari umurima w'isangi. Mw'ijambo yashikirije, Icegera ca mu nama yabereye muri zone ya Kayongozi yo muri Kabiri c'Umukuru w'Inama Nshingamateka komine ya Bweru, aho Umushingamateka Jocky-Chantal yarahamagariye abenegihugu kubumbatira amahoro NKURUNZIZA, aherekejwe na bagenziwe n'umutekano mu ntumbero yo kurangura imigambi b ' A b a s h i n g a m a t e k a bishinze izobashikana batowe muri iyo ntara, kw'iterambere rirama. yatunganije ku bakozi ba U m u s h i n g a m a t e k a Leta barangurira imirimo J o c k y - C h a n t a l yabo muri ako karere. N K U R U N Z I Z A Umutekano ngo ni wose y a b a h i m i r i j e k a n d i muri iyo komine ya kwishukira ibiterwa Bweru, kiretse ubusuma vyimbuka mu mwanya bwibonekeza mu ngo no muto, be n'igiterwa mu mirima, inzoga c'imboga mu ntumbero zibujijwe n'amategeko yo guhangana n'ikiza n'ingeso yo kwubaka c'inzara. Uyo mushitsi bidaciye mu mategeko no w'iteka yabahanuye guharika bitotekaza uyo kandi gukingira ikibira m u t e k a n o , n k u k o no gutera ibiti ku misozi. musitanteri w'iyo komine yabishikirije mw'ijambo ryiwe Yatumiriye kandi abenegihugu bo mu Ruyigikwakira ry'ikaze. Venantie NADENDE yabandanije asaba benewabo batahuka bava mu buhungiro mu gihugu umuyagankuba, mu gihe iyo komine ihiriwe ihishije kuko kibanyi ca Tanzaniya. Yasozereye ababutsa kuvyara ku isanzwe ifise urugomero mu Kayongozi. Ku ruhande rugero ku neza y'imiryango yabo. Abashingamateka

Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07 14 nabo nyene bararonze akaryo ko guhanura abenegihugu b'indimo ko batabagendera bikwiye, kugira babereke ngo barwanye ubunebwe, akaborerwe n'ibihendamaso, ubuhinga bugezweko mu burimyi, bongere babahe vyo soko y'ubukene. n'akarorero. Inyuma Umushingamateka y'iyo nama, Icegera ca Egide NGERAGEZE Kabiri c'Umukuru wewe yabahanuye w ' I n a m a k w a m i z a Nshingamateka yaciye kumuzirikanyi icivugo a g e n d e r a i k i g o kivuga ko umunywa c'abagiraneza kiri i wose utegerezwa Kayongozi, citiriwe kuronka ico ufungura. Umweranda Fransisiko Yabandanije yerekana w'i Assise. Ico kigo ko mu ntumbero yo gitunze abantu bagera gushikira iryo hangiro, ku 240, harimwo u m w e w e s e abasaza, urwaruka ategerezwa gukora rugendana ubumuga yitwararika kandi n'abarwaye imibembe. guhangana n'ihindagurika ry'ikirere ryibonekeza miri ino Mw'ijambo ryiwe, Umushingamateka Jocky Chantal minsi. Nayo kubijanye n'amabarabara, ngo akwiye NKURUNZIZA, yarakeje ivyo umwihariko uwatanguje gutunganywa mukiringo c'ibikorwa rusangi. Umuyobozi ico gikorwa c'ikigongwe, aca atako abemerera kuzobama w'indero ku rwego rw'intara, nawe, ntiyatanzwe hafi muvyankenerwa, kanatsinda, ngo bari mu gushikiriza intambanyi zibonekeje muri ico gisata. benegihugu aserikira. Mu ntumbero yo kubifuriza Yatanze akarorero k'abigisha badakwiye n'igikorwa co umunsi mukuru wa Noheli n'umwaka mushasha, gukwiragiza abigisha hagati mu gihugu kitagenze neza. yarabashikirije akaganuke kagizwe n'umuceri, impuzu Yaragarutse kandi kw'itangazo ryo mu Bushikiranganji z'abana, ibitenge, ibirengeti, amasabuni yo kumesura bujejwe indero butumirira abavyeyi kwandikisha abana n'amasuka. babo bayobewe ikibazo ca Leta mu ntumbero yo Pétronie BUCUMI gusubiramwo icokibazo muri uyu mwaka w'ishule. Mu gisata c'uburimyi, abenegihugu baridogera abigisha

INAMA NSHINGAMATEKA ABANDITSI UMUKURU W’ IYANDIKIRO Florine MUKESHIMANA AMASANAMU Providence NIKIZA Arlette AKIMANA Richard NDAYISENGA Pétronie BUCUMI Gabby BUGAGA Christine NAHIMANA

Palais des Congrès de Kigobe B.P 120 Bujumbura - Burundi Tél: (+257) 22 26 70 55 / (+257) 22 26 70 07