Copyright © 2015-2019 by Jonathan Menn. All rights reserved. UBUKRISTO NA ISILAMU: Ivya ngombwa vyashizwe ahabona na Jonathan M. Menn B.A., University of Wisconsin-Madison, 1974 J.D., Cornell Law School, 1977 M.Div., Trinity Evangelical Divinity School, 2007 Equipping Church Leaders-East Africa 3701 N. Gillett St., Appleton, WI 54914 (920) 731-5523
[email protected] www.eclea.net 2015; vyasubiwemwo muri Ntwarante 2016;bikosorwa muri Ruheshi -Munyonyo 2016, vyongera bikosorwa muri Mukakaro 2018; vyasubiwemwo muri Ndamukiza 2019 Iri ni isuzuma risuzuma Isilamu rifatiye ku kugene Abakristo babibona kandi n’igereranywa ry’inyigisho nkuru z’Abakristo na Isilamu. Harimwo ugusuzuma abanyabubasha ba mbere ba Isilamu, ivyizerwa,utudumbidumbi, na kahise hamwe n’ukugereranya Yesu na Muhammad, icaha n’ agakiza dufatiye ku Bukristo no kuri Isilamu, Yahweh na Allah, hamwe na Bibiliya n’Ikorowani. Iri suzuma ryerekana ibisanzwe vya Isilamu n’ibitandukanye n’Ubukristo. Igisomwa giheraheza gihanahana inzira z’ukugene ico kiraro coshikana ku kuzibira ibitandukanya Isilamu n’Ubutumwa Bwiza, harimwo n’ugukoresha Ikorowani hamwe n’imikorere y’Abaisilamu kugira ngo twereke, turongorere Abaisilamu kuri Yesu kristo. Ivyabuwe mu masoko y’Abaisilamu vyaravuzwe kandi twarerekanye n’aho vyabuwe. Aho vyabuwe harerekana amasoko yanditswe n’Abaisilamu, abahoze ari Abaisilamu hamwe n’abatari Abaisilamu. Mu vyongeweko harimwo urutonde rw’ukugene ama surahs (ibice) vy’Ikorowani vyatanzwe, uburorero bufatira ku ma hadith y’ivyo Muhammad asaba n’ivyo abuza Abaisilamu gukora no kwizera, hamwe n’amazina 99 ya Allah. Copyright © 2015-2019 by Jonathan Menn. All rights reserved. IBIRI MWO 1. GUCA KU MASONGA URUFATIRO RWA ISILAMU I. Intanagamarara……………………………………………………………………………………………………...5 A. Ingene Isilamu ingana n’ukugen irwira …………………………………………………………………................5 B.